samedi , juin 25 2022
About MTM
Magara Times Media
NGD Media Department
Sur JMT
JMT Swahili
JMT Kirundi
JMT Français
JMT English
Traductions Sur JMT
JMT Russian
JMT Spanish
JMT Deutsche
JMT Arabic
Tech
MT Studio
MTTV
Magara Times FM
RMT – "La Radio Toute Proche de Vous." – Sur 92.00 Mhz.
RCAST.NET
Acceuil
Listen Live
Breaking News
GITEGA: Imisore 3 yari mu modoka ivuye i Bujumbura ija i Gitega yagize isanganya. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2021 hafi y’ ugwinjiriro rw’ igisagara ca Gitega aho imodoka yarimwo imisore 3 ivuye i Bujumbura yagerageza…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari…
Record: Algérie yaraye ishikanye inkino 30 idatsinzwe Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 08 Gitugutu 2021 m’ urukino rwo kurondera itike yo kuzokina inkino z’ igikombe c’ isi kizobera muri Qatar 2022, umurwi nserukira gihigu wa Algérie war…
Listen Live to RMT 92.0 MHz
UEFA Nations League: Ikibanza ca gatatu(3ème place) gitahukanywe n’ igihugu c’ Ubutaliyano. Urukino rwo guhiganira ikibanza ca gatatu muri #UEFANationsLeague ku mugabane wa Bulaya rurangiye ku ntsinzi y’ ibitsindo 2 vy’ Ubutaliyano kuri gi…
Primus ligue-Burundi: Umunsi ugira ndwi(7ème journée) wabonetsemwo ibitsindo 6 gusa. Ihiganwa rikuru ry’ umupira w’ amaguru mu Burundi #PrimusLigue2021 ryarabandanije kuva kw’ igenekerezo rya 8 Gitugutu gushika kw’ igenekerezo rya 10 Gitugu…
Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Qatar 2022. Nk’ uko Bivugwa n’ umusatirizi wa PSG akaba n’ umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw’ inkino z’ igikombe c’ isi zizobe…
UEFA Nations League: Igihugu c’ Ubufaransa caraye gitsinze Espagne m’ urukino rwa nyuma (Finale). Hari kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 10 Gitugutu 2021 niho hakinywe urukino rwa nyuma muri #UEFANationsLeague. Ibitsindo vya Kylian Mbappé …
#Ubudandaji…
#Kwitezimbere…
Amakuru