#Burundi #RMTUpDates: 20200122 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92 00 Mhz

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 22-01-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Kugwiza ama nama hamwe no gusanga abarezi kukivi niwo mugambi ubu yobozi bw’Indero bwo muri commune Bugarama bwihaye muruno mwaka.
-Umugambi wo kuzana ivuriri ry’amaso muri commune Bugarama ugiye kuzokworohereza beshi.
Amakuru aramvuye yakurikirane kumbuga zacu, YouTube,Facebook,Website,…



20200122 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92 00 Mhz

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire