#Burundi #RMTUpDates: 20200124 – Amakuru ya Radio @MagaraTimimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri internet.

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatanu igenekerezo rya 24-01-2020 agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-kuva aho ivuriro ryo kuri Magara ya kabiri rifatiye ingingo yo kuvura abana batarenza imyaka itanu ku buntu haribonekeje abana benshi baza kwivurizaho
-Biraboneka ko muri Commune Bugarama abunguruza abantu n’ibintu kumakinga biyongeye n’aho ibarabara atari ryiza
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu za YouTube, Facebook, website,……



20200124 – Amakuru ya Radio @MagaraTimimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri internet.

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire