#Burundi #RMTUpDates: 20200127 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa mbere igenekerezo rya 27-01-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA Agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abarezi bo kwishure shingiro rya Magara ya gatatu barasaba ibitabu kugira bashobore gutanga ubumenyi bukwiye.
-Abarovyi bo kumweha wa Magara barasaba kuronswa impuzu zo kwikingira impanuka mugihe bari mumazi
-Abakora umwuga wo gufata ama sanamu barahamagarira abatagira ubuzi kwiga imyuga itandukanye.
Amakuru aramvuye muyakurikira kumbuga zacu, YouTube, Facebook, Website,…



20200127 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire