#Burundi #RMTUpDates: 20200128 – Amakuru ya radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92 00 Mhz no kuri internet

Amakiru yuno musi wa kabiri igenekerezo rya 28-01-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Umuhanuzi wa Buramatari w’Intara ya Rumonge arahamagarira abene gihugu gufumbatira amahoro n’Umutekano hamwe no guteza imbere ama Commune yabo.
-Abarimyi barishimiye ko bazoronka umwimbu ushimishije w’Ibiharage.
Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu nka YouTube na Facebook



20200128 – Amakuru ya radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92 00 Mhz no kuri internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire