#Burundi #RMTUpDates: 20200130 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 30-01-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’izi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abarimyi bariteguriye kurima ibiharage narirya imvura ishobora gucika hakiri kare
-Mugihe hamaze iminsi hataboneka umuyaga nkuba muri zone ya Magara ubuzi bumwe bumwe buriko burapfa.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu, YouTube, Facebook, Website,…



20200130 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire