#Burundi #RMTUpDates: 20200203 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwambere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru y’uno munsi wambere igenekerezo rya 03-01-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 01 Ruhuhuma niho insamirizi Magara Times FM yarumanije umwaka itanguye gusamirana nyezina umuyobozi wayo akaba yarashikirije ijambo ry’uwo munsi
-Abadandaza ibirato kwisoko ya Magara barashima ko bibatungiye imiryango
-muri iri joro ryo kuwimana rishira uwambere hibonekeje ubusuma muri commune Rumonge zone Minago
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu , Facebook, YouTube, Website……..



20200203 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwambere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire