#Burundi #RMTUpDates: 20200205 -Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-02-2020 dushikirizwa na Fercien BIGIRIMANA, agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ubumwe niragi twarazwe na ba sokuruza bacu,turigire umutahe ibihe vyose nahose nkinkinzo y’Uburundi.
Ico nico civugo cuno musi duhimbaza umusi mukuru w’Ubumwe bw’Abrundi.
-Imyidogo nimyishi kubadandaza bamakara ivuyeko asigaye azinvye cane.
Amakuru aramvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…



20200205 -Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire