#Burundi #RMTUpDates: 20200206 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Amakuru yo kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 06-02-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuruzikurikira:
-Kuri uno munsi a kane muri commune Bugarama habaye inama yo kwegeranya ivyiyumviro bivuye mubene gihugu kuva kumitumba gushika kumazone agize commune Bugarama
-Abasanze babarira impuzu barashima akazi kabo naho bagira ubukene bw’ibikoresho bimwe bimwe
-kunenga ni bumwe muburovyi bukorerwa mukiyaga Tanganyika aho ababikora asaba ko boandanya baroba mugihe ibipe biba vyafunze
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook,Website…..



20200206 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire