#Burundi #RMTUpDates: 20200207 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Amakuru yo kui uno munsi wa gatanu igenekerezo rya 07-02-2020 dushikirizana CIZA Jean agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abarimyi bagiye kworoherwa mukuziganya umwimbu muburyo bwa kijambere hifashishijwe amagunira ya kijambre
-Abadandaza agahawa barahimiriza abene gihugu bo muri commune Bugarama kwijukira kukanywa kuko ari ngira kamaro mubuzima bw’umuntu
-Abarovyi batangajwe n’uko ikiranga minsi co gufunga cahindutse kandi babishimye n’aho umwimbu atari ikirenga mukiyaga.
Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…



20200207 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire