#Burundi #RMTUpDates: 20200213 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa kane igenekerezo rya 13-02-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Muntumbero yo kwongereza ubumenyi mumashure y’ubuhinga, abajejwe indero barakwiye kwama bategura inyigisho zo gukarihiriza ubwenge abigisha
-Ishirahamwe CNB ryaratanze inyigisho muntumbero yo kubumbatira amahoro n’umutekano narirya kuriko turegereza umunsi wo kwitorera indongozi muri uno mwaka wa 2020.
Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu : YouTube, Facebook, Website,….



20200213 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire