#Burundi #RMTUpDates: 20200214 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatanu igenekerezo rya 14-02-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’izi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Igenekerezo rya 14Ruhuhuma uko umwaka utashe ni umunsi mpuzamakungu wo kwibuka umweranda Valentin akaba ari umunsi witiriwe abakundanye
-Ishure shingiro rya Kibozi muri zone Minago baravuga ko bafise ingorane zo kubura intebe n’ibitabo
-abajisha ibirago muri commune Muhuta muntara ya Rumonge baravuga ko batoroherwa mugihe ikirago kibwatwara uburyo bwinshi ariko bakakigurisha make.
Amakuru aramvuye muyakurikira kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website…



20200214 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire