#Burundi #RMTUpDates: 20200218 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi akabiri igenekerezo rya 18-02-2020 dushikirizwa na Felicien BIGIRIMANA agizwe n’izi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Kuva aho Isoko nkuru ya Gitaza yubakiwe kuburyo bwa kijambere Commune Muhuta nayo nyene yarahatoreye akoyoko
-Ikena ryinka muri zone Minago riratumye abayangayanga batagira amaragamo
-Muri sentare yintango ya Bugarama hariko haragaragara cane imanza zo guarika
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200218 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire