#Burundi #RMTUpDates: 20200219 – Amakuru ya Radio @MagraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru y’uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 19-02-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abakora akazi ko gushira ingenzi mumamodoka aribo bita abakokayi bakorera kugituro c’amamodoka co mugitaza muri Commune Muuta barasaba Leta ko yobafata mumugongo mukazi kabo
-Abarimyi barakwiye gusohora amasuka bagategura indimiro zabo muntumbero yo kwitegurira kurimira impeshi
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200219 – Amakuru ya Radio @MagraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire