#Burundi #RMTUpDates: 20200221 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru y’uno musi wa gatanu igenekerezo rya 21-02-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Naho umwimbu atari ikirenga ntibacika intege baguma kukivi abo nabo akaba ari abakorera mukigo gikora imbaho co muminago.
-Kumenyerwa na abantu kenshi biragora mugihe umufundi wivyuma agiye gutangurira ahantu hashasha.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu,YouTube,Facebook,Website,…



20200221 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire