#Burundi #RMTUpDates: 20200225 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kabiri igenekerezo rya 25-02-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Muntumbero yo kwirinda kuduza ibiciro mw’Isoko nkuru ya Gitaza iri muri Commune Muhuta birabujijwe gutoza amafaranga umudangaza mushasha ayo bakunze kwita ngo nayo irigara.
-Ugwaruka rutagira akazi rurahamagarigwa kwijukira imyuga kugira gwiteze imbere.
Amakuru aramvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube,Facebook,website,…



20200225 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire