#Burundi #RMTUpDates: 20200226 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 26-02-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’izi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Leta iraterwa akamo ko kwitaho abasanzwe bagendana ubumuga mukubashigikira mutwo bagerageza kwiyungunganya mwo
-Iduga ry’ibiciro ku bidandazwa bimwe bimwe rirateye icuka kibi hagati y’abadandaza n’abasumyi
-Abenegihugu badandariza mw’isoko nkuru ya Gitaza muri Commune MUHUTA baraterwa akamo ko kuriha amatagisi ya Commune nk’uko bitegekanijwe no kwijukira isuku muri iyo soko.
Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu :YouTube,Facebook,Website…



20200226 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire