#Burundi #RMTUpDates: 20200227 Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kane igenekerezo rya 27-02-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA akabagizwe ningingo nkururu nkuru zikurikira:
-Harakunzwe kwibonekeza ubusuma mu masoko atandukanye y’igihugu cacu.
-Ntivyari bikwiye kuvugako akazi kagayitse mugihe gashobora kugutungira umuryango.
-Ukwizerana sikirenga hagati y’abakora umwuga wokubaza hamwe nabaza gukoresha ivyankenegwa vyo mumazu.
Amakuru aramvuye murayasanga ku mbuga zacu: YouTube, Facebook, Website,…



20200227 Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire