#Burundi #RMTUpDates: 20200304 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 04-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkurunkuru zikurikira:
-Abarovyi barasaba Leta ko yobaronsa imizira yo kwikingira impanuka mumazi na cane cane mugihe nk’iki c’imiyaga
-Abasanzwe baturira amakara barashima ko bibatungiye imiryango naho intambamyi ari nyinshi
-N’aho ikibazo c’umuyagankuba cabaye ndanse muri Magara yambere aho ni muri Commune Bugarama, abashariza amabateri y’abarovyi akazi karabandanya bifashishije ama moteri amwamwe.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200304 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Trap Drip mars 04, 2020

    lovely video

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire