#Burundi #RMTUpDates: 20200306 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz

Amakuru yo kuwa gatanu igenekerezo rya 06-03-2020 dushikirizwa na NDAYIZIGIYE Richard agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abadandaza amata muri Magara yambere baridoga cane kukiazo c’ikena ry’umuyagankuba
-Abadandaza imiti ku ma pharmacie barasaba abaza kugura imiti kubariha nk’uko bitegerezwa
-Abasanzwe bahurikiye mwishirahamwe ryo gushona impuzu barashima k ako kazi kabafasha mukwisumamwo
Amakuru aramvuye muyakurikiranira kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website,…



20200306 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire