#Burundi #RMTUpDates: 20200309 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Amakuru yo kuruno musi wambere igenekerezo rya 09-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Igenekerezo rya 08 ntwaramte uko umwaka utashe uburundi nabarundi turahimbaza umusi wahariwe umukenyezi icivugo cuwumwaka kivuga giti:Duharanire agateka kumukenyezi
-Muntumbero yo kwiteza imbere no kuduza umutahe abakora akazi ko kubarira impuzu bafashe umugambi wo kuja mwishirahamwe.
Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube, Facebook,Website,…



20200309 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet.

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire