Breaking News

#Burundi #RMTUpDates: 20200310 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kabiri igenekerezo rya 10-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abayangayanga bo muri commune Bugarama ngo ntanyungu bariko babona kunvo zuko inka ziguma ziduga ibiciro.
-Haribonekeza iduzwa ry’Ibiciro kubadandaza bamwe bamwe bakaba bagabishwa ko uwuzofatwa azohanwa.
-Ubusuma bw’Ibitungwa bitobito buribonekeza muntara ya Rumonge haraye hafashwe bamwe mubivye impene muri commune Rumonge.
Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga ngurukana bumenyi zacu:YouTube,Facebook,Website,….



20200310 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

PUBLICITÉS:
Spread the love
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

Check Also

#Burundi #RMTUpDates: ABIKORERA UTWABO

MAGARA TIMES FM 92.0MHZ Internet : fm.magaratimes.com/live whatsapp : +25769246353 facebook : magara times fm …

Laisser un commentaire

- Sponsored Advertisement -