#Burundi #RMTUpDates: 20200311 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatatu igenekerezo rya 11-03-2020 dushikirizwa na CIZA Jean agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ntarudandazwa rutagira uruhombo, n’abadandaza iitoke nabo barahomba nkuko bamwe muri bo babivuga
-Mugihe abarovyi batariko bararoba ubuzima bwa benshi burahagarara n’uko abunguruza ibintu n’abantu kumakinga babivuga
-Abaraririye amato kumweha wa Magara barabangamiwe n’ubukoko bubafurutira kurukoba
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200311 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

About Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

Check Also

#Burundi #RMTUpDates: ABIKORERA UTWABO

MAGARA TIMES FM 92.0MHZ Internet : fm.magaratimes.com/live whatsapp : +25769246353 facebook : magara times fm …

#Burundi #RMTUpDates: 20200805 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFm yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya 05-08-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe ni …