#Burundi #RMTUpDates: 20200313 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatanu igenekerezo rya 13-03-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ntarataze aruta mbundarare,bivugwa nabamwe mubasanzwe badandaza ibirato kandi bagashima uko urudandazwa gwabo ruriko ruranguka.
-Kumusi wejo hahise mugitondo harumvikanye ugwamo gwama sasu,ayo masasu akaba yarashwe muntumbero yogutabara uwarariwe ni mvubu mukiyaga tanganyika.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website,…



20200313 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire