#Burundi #RMTUpDates: 20200323 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa mbere kuri 92 00Mhz

Amakuru yo kuruno nusi wa mbere igenekerezo rya 23-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Mugihe umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi uhimbazwa kwigenekerezo rya 8 ntaranti, Muri Commune Bugarama bahisemwo kuwuhimbaza kw’Igenekerezo rya 21 ntwarante.
-Kumusi wa gatandatu harabaye inkino zumu pira wamaguru kukibura c’Imagara zahuje imigwi itandatu.
Amakuru arnvuye murayasana kumbuga zacu:,YouTube,Facebook,Website,…



20200323 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa mbere kuri 92 00Mhz

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire