#Burundi #RMTUpDates: 20200324 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92. 00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa kabiri igenekerezo rya 24-03-2020 dusikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkurunkuru zikurikira:
-Abene gihugu barahamagarirwa gufatana munda no kutinubana na cane cane muri bino bihe twimirije amatora y’indongozi z’igihugu
-muri zone Magara ikiyaga ca Tanganyika caraduze cane kuko n’abene gihugu bari begereye inkengera z’ico kiyaga barateshejwe barahunga kuko n’amazu ya bamwe bamwe yamaze kubomoka
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200324 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92. 00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire