#Burundi #RMTUpDates: 20200326 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri internet

Amakuru yo kuwa kane igenekerezo rya 26-03-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Naho umwuga wokubarira ibirato atawowusonzana mugihe asanzwe awukora biravugwa kwatakarusho karekare karimwo muruwo mwuga.
-Mugihe biciro vy’imise ataribimwe bikaba bitera ingorane ndetse naba yigura ugasanga bariko bajuragirika.
-Umbworozi mbwi inkoko ngo sigikogwa coroshe kuko bisaba kuzigaburira nogukurikirana amagara yazo.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu YouTube, Facebook, Website…



20200326 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire