#Burundi #RMTUpDates: 20200327 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru y’uno munsi wa gatanu igenekerezo rya 27-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkurunkuru zikurikira:
-muri Commune ya Bugarama abajejwe amagara y’abantu barashima uko abenegihugu bitabiriye umugambi wo gukaraba muntumbero yo kwirinda ikiza ca corona virus
-abasanzwe bayiga indagara barashima uwo mugambi wabo kuko ubafasha kuziganya indagara naho muri ino minsi umwimbu atari ikirenga
-Leta y’uburundi irahimiriza abenegihugu kutijajara muri kino gihe isi isugerejwe n’ikiza ca Corona virus
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website…



20200327 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Tim mars 27, 2020

    awesome content keep up the great content

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire