#Burundi #RMTUpDates: 20200330 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa mbere kuri 92 00Mhz no kuri Internet

amakuru y’uno munsi wambere igenekerezo rya 30-03-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’ingingo nkurunkuru zikurikira:
-Buramatari w’intara ya Rumonge aramenyesha abenegihugu ko ikorwa ryibarabara ry’igihugu rya gatatu ko ririko rirashirwa mungiro eka n’amazi agiye kuboneka kubwinshi
-Iharikwa ry’abakenyezi muri zone Rumonge riratumye haguma higaragaza iturubikwa ry’abakenyezi baba baraharitswe
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200330 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa mbere kuri 92 00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire