
#Burundi #RMTUpDates: 20200331 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM kuri 92 00 Mz no kuri Internet
Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo ryo 31-03-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Iterambere riri muntara ya Rumonge ngo rikeshwa ubukerebutsi bwinvukira ziyo ntara.
-Ubukene bw’Umuyagankuba burabandanya bwibonekeza mubice bimwe bimwe bigize zone Magara.
Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,….
20200331 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM kuri 92 00 Mz no kuri Internet
Source.
0 Comments
No comments!
There are no comments yet, but you can be first to comment this article.