#Burundi #RMTUpDates: 20200407 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru y’uno munsi wakabiri igenekerezo rya 07-04-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Muri iri joro ryo kuwambere rishira uwakabiri hibonekeje ubusuma butaramenyekana kumutumba wa Magara yambere muri Commune Bugarama hakaba hibwe amaterefone n’amafaranga ataramenyekana
– Abene gihugu barakwiye gutahura ko ibihano biriho kubaba bakoze ivyaha bitandukanye nkuko bivugwa na bamwe mubacamanza
-Abarongoye amadini barashima ko abakristu bakurikije ingingo ya Leta yo gukaraba no kutaramukanya muntumbero yo kwikingira ikiza ca corona virus
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website…



20200407 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire