#Burundi #RMTUpDates: 20200408 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri internet

Amakuru y’uno munsi wagatatu igenekerezo rya 07-04-2020 dushikirizwa na Felicien BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Aho imvura imaze iminsi igwa kugwego rwo hejuru muri Commune Bugarama, umukuru w’umutumba wa Magara yambere arahamagarira abenegihugu gufurura imifurege y’impande y’ibarabara
– Ngo naho hatobaho ikiza ca corona virus abenegihugu barahamagarirwa kwama bitwararika ikibazo c’isuku
Amakuru aramvuye muakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website…



20200408 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatatu kuri 92.00 Mhz no kuri internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Tom avril 08, 2020

    awesome content keep up the amazing content

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire