#Burundi #RMTUpDates: 20200413 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yu kuwa mbere kuri 92 00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 13-04-2020 dushikirizwa na NDAYIZIGIYE Richard agizwe nungingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ngo ntamwuga udakiza mugihe uwukora uwukunda ivyo bikavugwa nabasanzwe bahirira ibitungwa.
-Amagara namazi aseseka ntibayore ivyo bikaba vyavuzwe nuwuserukira abarovyi kumweha wa Magara
-Abasanzwe barongoye abandi mugisata c’ubuvuzi bariko baratanga inyigisho zerekeye indwara zifatira kwisuku rike.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu YouTube ,Facebook ,Website ,…



20200413 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yu kuwa mbere kuri 92 00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire