#Burundi #RMTUpDates: 20200414 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwakabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wa kabiri igenekerezo rya 14-04-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkurunkuru zikurikira:
-Abanyeshure iyo bari muburuhuko barahanurwa kuguma basubiramwo ivyo bize na cane cane abitegura gukora ikibazo ca Leta
-abagize ishirahamwe ryo gukora amaterefone barasigura ingorane bakunze kugira muri ako kazi kabo
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200414 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwakabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire