#Burundi #RMTUpDates: 20200415 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatatu igenekerezo rya15-04-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
– Ubushikiranganji bujejwe amagara y’Abantu no kugwanya SIDA burabandanya guhimiriza abene gihugu gukurikiza amabwirizwa y’Isuku muntumbero yo kwirinda corona.
-Amagara namazi aseseka ntibayore abenegihugu bo muntara ya Rumonge barasabwa kugira isuku narirya bakoresha cane amazi y’Inzuzi.
Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,…



20200415 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire