#Burundi #RMTUpDates: 20200417 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwagatanu igenekerezo rya 17-04-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Amagara ngo namazi aseseka ntibayore ivyo biravugwa na bajejwe amagara yabantu mu ntara ya Rumonge mu guhimiriza abene guhugu kugira isuku.
-Kumusi w’Ejo harakoranye inama ku mutumba wa Magara hakaba hizwe ukuntu bogwanya ubusuma.
Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…



20200417 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Tom avril 17, 2020

    amazing video it was really good

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire