#Burundi #RMTUpDates: 20200424 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatanu igenekerezo rya 24-04-2020 dushikirizwa na ciza jean agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira
-Ishirahamwe ryo gutumatumanako Amakuru mu BURUNDI Econete Leo kuruyu wa 24-04-2020 ryaraye ritanze ibikoresho bice Amafaranga agere kumillioni ijana.
-Ishirahamwe ryo guhingura ibinyombwa BRARUNDI naryo rikaba ryatanze indobo igihumbi na amasabuni angana ibihumbi cumi ivyovyose bikaba vyatanzwe muntumbero yogufasha kurinda ikiza ruhonyanganda COVID-19
-Mugihe twimirije kwinjira mukiringo cokwitegurira Amatora abanya politike nabitoza kubitivyabo barahamagarigwa kwubahiriza agateka kabana mubihe vya Amatora.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu YouTube, Facebook, Website,…



20200424 – Amakuru ya Radio @MagaraTimes FM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire