#Burundi #RMTUpDates: 20200428 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa kabiri igenekerezo rya 28-04-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira :
-Abunguruza abantu n’ibintu kumakinga barashima ukwakazi kabo bakarangura ariko ingorane bagenda bahura nazo akeshi zituruka kw’ibarabara ribi.
-Abenegihu baba muri Commune BUGARAMA Zone ya Magara kumitumba ya Magara y’ambere na Magara ya kabiri barafise umbwoba nagahinda bituruka kumvo zuko ikiyaga TANGANYIKA caduze kikabatesha bagata izabo bagahunga
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu ,YouTube ,Facebook ,Website …



20200428 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Fortly avril 28, 2020

    loved it

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire