#Burundi #RMTUpDates: 20200105 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwaga tanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa gatanu igenekerezo rya 01-05-2020 dushikirizwa na Felicien BIGIRIMANA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Igenekerzo rya mbere Rusama uko umwaka utashe abarundi turahimbaza umusi mukuru wabakozi na kazi. Muntara ya Rumonge ukaba uriko uhimbarizwa kumugwa mukuru wiyo ntara.
-Igikogwa co gutanga amakarata mashasha ku barundi bazotora kiriko kirabandanya mugihugu cose.
Amakuru aramvuye murayakurikirana kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,..



20200105 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwaga tanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire