#Burundi #RMTUpDates: 20200506 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 06-05-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ngo bugingo ikiza ca CORONA VIRUS kitarahera mu Burundi nomuyandi makungu umugambi wogukaraba namazi meza nisabuni urabandanya gukurikizwa kandi na bakokayi bakaba batasigaye inyuma .
-Ukwiga imyuga nibimwe mubituma ubukene bugabanuka nacane cane kubakiri bato bababakikijwe nubukene butagira izina.
Amakuru aramvuye muyakurirana kumbuga zacu ,YouTube, Facebook, Website…



20200506 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire