#Burundi #RMTUpDates: 20200508 – amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuri uno munsi wagatanu igenekerezo rya 08-05-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abasanzwe barima umuceri arasaba Leta ko yobaronsa ibibanza vyegereye amazi kugira ngo bashobore kuharima umuceri
-imyidogo ni myinshi kububatsi kuko abakoresha ao batabahemba nk’uko baba bavyumvikanye
-Muri iri joro ryo kuwa kane rishira uwagatanu haraye hafashwe abasuma muri zone Magara bagirizwa kwiba bakoresheje amareba
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website



20200508 – amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Logan mai 08, 2020

    loved it

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire