#Burundi #RMTUpDates: 20200511 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 11-05-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Habandanya hibonekeza umwuzurira w’ikiyaga tanganyika aho imiryango myishi yataye izabo ikomoka.
-Mugihe haheze amezi agera kuri atatu hibonekeza ikena ry’umuyagankuba kumutumba wa Magara ya mbere abantu beshi bafise ubukene buturutse kuriryo kena ry’umuyaga nkuba.
-Ubukene kandi burigaraga cane kubasanzwe badandaza ivyamwa kugituro c’amamodoka ku Magara aho batakigira ayo bacira nayo bamira.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu, YouTube, Facebook, Website…



20200511 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    Logan mai 11, 2020

    wanna be friends?

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire