#Burundi #RMTUpDates: 20200512 – Amakuru ya Radio @MagararaTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuruno musi wa kabiri igenekerezo rya 12-05-2020 dushikirizwa na Jean CIZA agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Umwimbu w’Indabara muki yaga Tanganyika urushirizaho kugabanuka aho kwiyongera
-Imyidogo ni yose mubarundi nayo ikava kwiduzwa ryibi fungurwa nacane cane Ibiharage
-Naho amahera atari ikirenga barashima umwuga wabo wo kudandaza amakara.
Amakuru aranvuye murayakurikira kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…



20200512 – Amakuru ya Radio @MagararaTimesFM yo kuwa kabiri kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire