#Burundi #RMTUpDates: 20200513 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa gatatu igenekerezo rya 13-05-2020 dushikirizwa na BIGIRIMANA Armel agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Muntumbero yo gucungera neza umutekano w’abenegihugu no kwitegurira Amatora twimirije, abarovyi basambwa kubangira gusubira kumirimo yabo aho nimugihe barigusubira kumirimo ejo hahise.
-Haribonekeza ubushomeri budasanzwe haba kubize no kubatize ivyo navyo ngobirakwiye kubera icigwa zina murundi wese agakura amaboko mu mpuzu akiyungunganya muribi nabiriya.
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu, YouTube , Facebook , Website…



20200513 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

  1. Avatar
    David Ntahomvukiye mai 13, 2020

    Vyiza cane ariko kubabiyumviyeko bosubira kuroba inyuma y'amatora bivany n'ukuntu umutekano babonye atari mwizacane

    Reply

Leave reply

Laisser un commentaire