#Burundi #RMTUpDates: 20200514 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru y’unomunsi wakane igenekerezo rya 14-05-2020 dushikirizwa na Felicien BIGIRIMANA agizwe n’izi ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Ukwugara ikiyaga vyatumye ubuzima bw’abenegihugu buhundabana na cane cane abasanzwe badandaza amarobe
-Aho hari hamaze iminsi higaragaza ubukene bw’intore mwisoko nkuru ya Magara muri ino minsi ngo ziriko ziraboneka naho zizimvye
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website…



20200514 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire