#Burundi #RMTUpDates: 20200611 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kumusi wa kene igenekerezo rya 11-06-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira:
-Mukiyaga Tanganyika ngo ntivyaraye bigenze neza nkuko bavyipfuza navyo bikaba vyatewe numuyaga mwishi waharaye.
-Ibitigiri vyaba gwara Malaria ngo biriko biragabanuka nkuko biboneka muma vuriro bikagaragaza ko bakoresha neza imi segetera baronkejwe.
Amakuru aranvuye muraya kurikirana kumbuga zacu: YouTube,Facabook,Website,…



20200611 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

1 Comment

Leave reply

Laisser un commentaire