#Burundi #RMTUpDates: 20200619 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kumusi wa gatanu igenekerezo rya 19-06-2020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe ni ngingo nkuru nkuru zikurikira:
-Igenekerezo rya 18 ruheshi umwaka wa 2020 niho umukuri w’Igiugu c’Uburundi aherutse kwitoregwa n’Abene gihugu ya rahira imbere ya barundi isinzi ko agiye kuyobora igihugu c’Uburundi.
-Abanyeshure barangiza igice ca mbere n’Icakabiri vyishure ryimyuga rya Magara 2 baramutse bagaragaza ubumenyi bakuye kuri iryo shure.
Amakuru aranvuye murayakurikirana kumbuga zacu: YouTube,Facebook,Website,….



20200619 – Amakuru ya @Radio MagaraTimesFM yo kuwa gatanu kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire