#Burundi #RMTUpDates: 20200703 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Inernet

Amakuru yo kuri uno munsi wa gatanu igenekerezo rya 03-0702020 dushikirizwa na Armel BIGIRIMANA agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Abajejwe amagara y’abantu barahimiriza abenegihugu gushishikara bafatanye mumugongo mukurwanya ikiza ca covid19
-Abadandariza kunkengera z’ikiyaga ca Tanganyika baravuga ko umubano wabo ari mwiza n’abarovyi
Amakueu aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu:YouTube, Facebook, Website…



20200703 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwagatanu kuri 92.00 Mhz no kuri Inernet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire