#Burundi #RMTUpDates: 20200706 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwambere igenekrezo rya 06-07-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:
-Umushikiranganji ajejwe amagara y’abantun aramenyesha ukugene ibibanza bitegekanijwe kupimirwamwo ikiza ca COVID19 itegekanijwe
-Umushikiranganji w’ibidukikije , uburimyi n’ubworozi yarakoranije inama kumvo zo kurabira hamwe ivyaranguwe mumwaka itanu irangiye
-Abagize ishirahamwe salang bararumanije umwaka bakorera ibikorwa vyabo muri komine Bugarama Aho hari kumunsi w’Imana igenekerezo rya 05-06-2020
Amakuru aramvuye muyakurikirana kumbuga zacu: YouTube, Facebook, Website…



20200706 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00 Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire