#Burundi #RMTUpDates: 20200713 Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Amakuru yo kuwa mbere igenekerezo rya 13-07-2020 dushikirizwa na BUKURU Hawa agizwe ningingo nkuru nkuru zikurikira
-Muntumero yo kwama twikingira ikiza covid-19 dusambwa kwama dukurikiza impanuro zatanzwe numushikiranganji wamagara ya bantu
– Umushikiranganji wibidukikije uburimyi numbworozi arasaba amashirahamwe mvamakunguku akorera murico gisata gukorana numbwo bushikiranganji hakurikijwe amategeko ngendegwako kugira ntibasubire kujuragirika
-Umwimbu womukiaga ca tanganyika wabaye akayobera bahinga mugihe baribiteze umwimbu muruku kwezi kwa mukakaro ushimishije.
-Abatwa bafashwa numugambi mera nkabandi bararonkejwe inyigisho zijanye numwuga wabo wokubumba kuburyo bugezweho.



20200713 Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa mbere kuri 92.00Mhz no kuri Internet

Source.

Publicités:

Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM, sur 92.00 Mhz en Province Rumonge et aux environs. | Tél: 61488466. | Fax: 71645434. | WhatsApp: 75844655. | Email: info@fm.magaratimes.com | Twitter: @MagaraTimesFM. | Instagram: @MagaraTimesFM. | Facebook: @MagaraTimesFM. |

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire